Kaka Boney avuga ivy'ishirahamwe UNABUDI ririmwo abaririmvyi bari mu mahanga

598 views · Published 8 September 2017 · 10:25 · Indexed 29 October 2026

Channel: Indundi TV · 2017 · Music

Watch on YouTube

Kaka Boney yayaze na King Yann cool ku murongo wa Telephone ku bijanye n'ishirahamwe rishasha ry'abaririmvyi bari mu mahanga "UNABUDI", aho yavuze uko abantu bokwinjira hamwe n'ico bokwunguka mu kuja muri iryo shirahamwe.

More from this channel