#indundi | Andy Kool ati ninjiye mu muziki wa Business kandi abamenyeshamakuru baranyuguruye amaso
697 views · Published 19 October 2018 · 12:51 · Indexed 1 October 2026
Channel: Indundi TV · 2018 · Entertainment
Mu gihe yaragize igihe ari I Kigali, Andy Kool avuga ko hari vyinshi yahigiye, kandi hari n'ingingo zitari nke yahafatiye zirimwo ugushiramwo uburyo buhagije mu muziki wiwe kugira hagere aho azogira ico yinjije. Akaba abivuze mu gihe aheruka n'ugukorana akaririmbo n'umunyarwanda yitwa Mico The Best akaririmbo gashasha.
More from this channel
-
4:05
Sinzotinya by Alexis ( Gospel ).mpg
-
4:06
Ntako umukama atagize by Alexis ( Gospel).mpg
-
4:13
SIKUAMINI BY JAY FIRE Official Video HD
-
3:55
Buke buke by K Game
-
4:24
Chris Dizzo - Ubuzima
-
3:41
MABOUBA BY elvis shaggy(Official Video )
-
4:26
MUGOMBA KWUBAKA BY AIMABLE TAYAYA Official Video
-
19:48
Urudubi Concert Full (Official Video)