Andy Kool avuga ko akazina k'ubuhizi gafatanye cane n'akazi akora n'ukw'ameze we nyene ubwiwe

289 views · Published 13 September 2017 · 5:20 · Indexed 4 November 2026

Channel: Indundi TV · 2017 · Music

Watch on YouTube

Mu kiyago yagiranye na Indundi magazine ku murongo wa terefone, uwo muririmvyi avuga ko abana, bo batagira aho begamiye, bamubwiye ko asanzwe ari Cool arico gituma yakongeyeko, ariko ashima gukurako iyo C ashirako K kugira kabe akantu kiwe wenyene atawe bagasangiye. 


-Video Upload powered by https://www.TunesToTube.com

More from this channel